Nimba uri mu Rukiko kubera igisabo kubera itegeko rijanye n’ihohoterwa rikorerwa mu rugo (domestic violence order), ico gihe ushobora gishikira icumba gitekanye. Ivyumba bimwe bimwe bitekanye vy’inkiko bibaho kumpande zabagiriwe nabi (umuntu wahohotewe) n’uwitaba wigitsina gore (umuntu wakoze ihohoterwa rikorerwa mu rugo). Ugomba kubaza umuntu akora ku biro vy’iyandikwa ivyo ukimara gushika mu nyubakwa ya Sentare kugira ngo akubwire aho woja.
Urubuga rurafise ayandi makuru ajanye no kuja mu Rukiko n’ibikorwa vy’urukiko. Rurafise amahuzo (links) atari make ajana kubindi vyanditswe bifasha.